top of page

My Portfolio

Welcome to my portfolio. Here you’ll find a selection of my work. Explore my projects to learn more about what I do.

Intumbero yacu

DCDY5033_edited.png

Murakaze ku rubuga rwacu.

Intumbero yacu ni uguhuza abaguzi n’abagurisha mu buryo bworoshe, buboneye kandi bwizewe. Twiyemeje gushinga isoko ryubatswe ku kwizigirana, ubutungane, nakaryo ko mu komugihugu cose.

Turagusavye umenye ko abagurisha kuri uru rubuga bakora bigenga kandi ko ari bo bajejwe ibicuruzwa vyabo, ibiciro, n’uguhanahana amakuru n’abaguzi. Turahimiriza abakoresha bose kugenzura ido nido no kuvugana neza imbere y’uko barangiza igikorwa ico ari co cose.

Murakoze kuba mu bagize umuryango wacu uriko urakura.

CEO
OMARI NDUWAMUNGU

Muguha uburenganzira bwikiganiro hagati yumuguzi nuwugurisha atamafaranga abanje kurihwa imbere. Turemesha kwizerana moburyo bwokudandaza mu karere kuburundi bwose

Urubuga Easyman Market rwiyeje guha ubushobozi Abarundi bwokugura nokugurisha ibintu nibikorwa biciye kumbuga ngurukana bumenyi

Iga ibindi

Ifatanye natwe kugira ngo ubaze ibibazo uhabwe n'infashanyo.

Contacts z'Isoko Ryiwacu
Tel: 61244441
WhatsApp: 61244441
Email: isokoryiwacu@gmail.com

WhatsApp_icon.png

Burundi VISION

download.jpg

2060

  • Facebook
  • Instagram
  • X
  • TikTok
bottom of page